Burundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.
Umuririmvyi Aboubakar karume BIZIMANA azwi kw'izina Rya Sat-B yafashe indege kuruwu wa 28 Ruheshi 2023 agana Muri Dubaï muntumbero yo gukora igiteramo kizoba itariki...
Soprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.
Kuri uyu wa gatatu habaye inkino zibiri mu guhiganirwa igikombe citiriwe uwahoze atwara Uburundi Petero Nkurunziza NKURUNZIZA CUP
Umugwi Flambeau Du Centre wo mu ntara...
Bongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo
Waah n'indirimbo yasohotse kw'igenekerezo rya 30 Nyakanga 2020. Yaririmbwe na Diamond Platnumz umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania arikumwe na Koffi Olomide wo muri...
Officiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin
Uyo mukinyi wo hagati yamuka mu gihugu c'ubufaransa amasezerano yiwe yorangiye kuwa 30 Ruheshi 2023.
Umugwi wariko uramurondera gose ngo umugure ni Manchester United ariko...
Umukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi.
Nk'uko tubikesha ikinyamakuru Sports.fr,ibijanye nuko Mbappé ava mu mugwi wa Paris Saint Germain akaja muri Real Madrid bishobora gushikwako mu ndwi iza kuko gushika...
Bongo : Urugo rwa Bill Nass na Nandy rurarurumba.
Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Nandy The African Princess amenyesha ko yicuza kuba yarahisemwo kubana na BillNass Nenga nawe asanzwe ari umuririmvyi muri...
Uguterana amajambo hagati ya Akes Don, Landry Promoter na Simbizi
Mugihe hamaze imisi hagaragara guterana amajambo kumbumbuga ngurukanabumenyi mubajejwe kumenyekanish'abaririmvyi (promoter ), Umuririmvyi Akes Don wewe abona ko ari ugushaka kwifatira mugahanga abariririmvyi, ko...
Burundi : Intambwe idasanzwe mumuziki wo guhimbaz’Imana (Gospel)
David nduwimana asanzwe aririmba gospel, yarakoze kuruwu w'Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi Unomwaka igiteramo kidasanzwe " Narahariwe concert ".
Cabereye mugisagara ca Bujumbura kuri jardin...
Kenya : Sauti Sol irushirizaho kwigarurira Isi
Mu rukurikirane rw'ingendo zo kumenyekanisha umuziki wabo kw'isi (World tour) barimwo, abaririmvyi bane bo mu gihugu ca Kenya bahuriye mu mugwi Sauti Sol babandanya...
Olympic Star uri mu myiteguro y’ihiganwa ry’umwaka uza.
Kuva kuri uyu wa 26 Mukakaro 2023, Umugwi OlympicStar wo mu ntara ya Muyinga uramutswa umumenyereza mushasha.Uwo mugwi ugiye kumenyerezwa na Robert Bimenyimana yaciye...