Home ENTERTAINMENT Soprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.

Soprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.

168
0

Kuri uyu wa gatatu habaye inkino zibiri mu guhiganirwa igikombe citiriwe uwahoze atwara Uburundi Petero Nkurunziza NKURUNZIZA CUP

Umugwi Flambeau Du Centre wo mu ntara ya Gitega watsinze 2 kuri 1 umugwi Aigle Noir CS wo mu ntara ya Makamba

Ku rundi ruhande,umugwi Vital’O FC wihereranije Rukinzo FC mu kuwutsinda 2 Ku 0.

Gushika Ubu imigwi isumbasumbanya uku gukurikira

Itsinda A.

1.Vital’O FC : 6pts 6buts

2.Rukinzo FC : 1pt ukishuzwa ibitsindo 2

  1. LLB Amasipiri FC 1pt wishuzwa ibitsindo 4

 

Itsinda B

1.Flambeau Du Centre 6pts uzigamye ibitsindo 4

2.Aigle Noir CS 1pt wishuzwa igitsindo 1

3.Moso Sugar 1pt wishuzwa ibitsindo 2

63570cookie-checkSoprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.
Previous articleBongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo
Next articleBurundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo iduba├» n’iburayi.