Home ENTERTAINMENT Uguterana amajambo hagati ya Akes Don, Landry Promoter na Simbizi

Uguterana amajambo hagati ya Akes Don, Landry Promoter na Simbizi

447
0

Mugihe hamaze imisi hagaragara guterana amajambo kumbumbuga ngurukanabumenyi mubajejwe kumenyekanish’abaririmvyi  (promoter ), Umuririmvyi Akes Don wewe abona ko ari ugushaka kwifatira mugahanga abariririmvyi, ko abo bamenyeshamakuru bariko barakoresha ubutandero.

Akes Don akaba adom’urutoki ku bamenyeshamakuru batariko baravyitwaramwo neza ; ngo ni Landry Promoter na Simbizi gutyo akaba abihaniriza cane ahombere agabisha ko ashobora kurenga amategeko akihanira.

Akes Don ati :” Abansanze inbox reka ndabumvire ndavyirengagize. Hama nawe ubwo butandero no kwubahuka ubibandanye na ba Simbizi munganya ukwiyumvira. Canke uwo mu JehoKuki wawe ngo numukobwa mukundana. Je uhagarike kunsirimukirako. Nubwo amategeko avuga ko kizira kwihanira je nzokumugaza ubwonko. Nimba mubona ninumiye suko mba mbuze ico mvuga. So, abakunzi bibikorwa vyanje ntimucike intege nutwo dukwavu. Ibikorwa maze amezi ntegura ubu bigeze kuri 97% dutangure nurukurikirane nise #Umuzungu Rutuku canke dutangurane na Jehokuki wa…?.”

Akes Don gongerako ati : Kudahana imbwa bigwiza imisega.

Burya ndiyumvira gukubita uwumwana wanje bikantera intuntu. Ariko uwundi mwanya nkavuga nti mtoto akikosa adabu lazima acapwe. Reka gato mve kwoga Ndaje. Ugire Imana bampanure kuvyihoza

Akes Don akaba yavyandiste ku rubuga rwiwe rwa facebook.

63360cookie-checkUguterana amajambo hagati ya Akes Don, Landry Promoter na Simbizi
Previous articleBurundi : Intambwe idasanzwe mumuziki wo guhimbaz’Imana (Gospel)
Next articleBongo : Urugo rwa Bill Nass na Nandy rurarurumba.