Home ENTERTAINMENT Burundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.

Burundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.

323
0

Umuririmvyi Aboubakar karume BIZIMANA azwi kw’izina Rya Sat-B yafashe indege kuruwu wa 28 Ruheshi 2023 agana Muri Dubaï muntumbero yo gukora igiteramo kizoba itariki 1 mukakaro, kijanye no kwibuka umusi wo kwikukira kw’Uburundi.kizobera mw’ihotel Radisson blu.

Aganira n’abamenyeshamakuru, Sat-B ati: Sije nzobona harageze ngo tuzogirane ibihe bidasanzwe  n’abarundi baba muri Dubai .

Arongera ati ndanezerewe kuncuroyanje yambere kuzoshika no muburayi azoba ar’akaryo keza Ko kwagura umuziki.Kumbure nzoronka akaryo Ko kugaruka gutyo umufuko uronke n’amahera.

Yaboneyeho akaryo Ko gutumira abarundi Bose isango baryitabire .baze bame bibuka ivyo bihe vyiza bazobamwo kuruwu wagatandatu.

Sat-B akaba afise urugendo kw’itariki 1 niya 2 nyakanga 2023 mugihugu ca Suèd mugiteramo”one love music”.

63620cookie-checkBurundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.
Previous articleSoprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.
Next articleBongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.