Home ENTERTAINMENT Bongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.

Bongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.

465
0

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram Diomond yamenyeshejeko ukwezi kw´indwi arikwo hazoba isabukuru ya mavuka ya mama wiwe.

Yijeje abaririmvyi bo muri afrika yubuseruko kwitega imvura y´amabuye agiye kurungika.

Mubundi butumwa nyene kuri instagram yagize ngo aho mwabona nihoreye nariko ntega ama bombe hanze no hagati mugihugu. Umwanya nzotangura kuyaturitsa ntimuze mukanguke. Aho yavuga indirimbo nshasha.

Nayo ngo kubibazako yuko yoba yaraherewe atagishoboye gutanga bishasha ngo bagiye gutangara kubibona kuko ubu agiye kuzana indirimbo mpuzamakungu.

Yanamenyeshejeko guhera muri uku kwezi kw´indwi gushika ukwa Mbere ariwe azoba ari mukibanza ca mbere mu Karere .

63650cookie-checkBongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.
Previous articleBurundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.
Next articleKenya : Kabuhariwe mugutwenza yashitse mugihugu ca Tanzania yambaye ikirato gitangaje.