Home ENTERTAINMENT Officiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin

Officiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin

241
0

Uyo mukinyi wo hagati yamuka mu gihugu c’ubufaransa amasezerano yiwe yorangiye kuwa 30 Ruheshi 2023.

Umugwi wariko uramurondera gose ngo umugure ni Manchester United ariko ahejeje kwumvikana na Juventus de Turin kwongereza amasezerano gushika muri Ruheshi 2024.

Adrien Rabiot yinjije ibitsindo cumi na kimwe atanga imipira itandatu ivamwo ibitsindo mu nkino mirongo ine n’umunani yakinye mu mwaka w’inkino wa 2022 ushira 2023.

63480cookie-checkOfficiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin
Previous articleUmukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi.
Next articleBongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo