Home ENTERTAINMENT Bongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo

Bongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo

283
0

Waah n’indirimbo yasohotse kw’igenekerezo rya 30 Nyakanga 2020. Yaririmbwe na Diamond Platnumz umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania arikumwe na Koffi Olomide wo muri Repubilika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.

Indirimbo Waah yandikishije amateka yo gurabwa n’abantu barenga umuriyoni mu masaha umunani gusa ku rubuga rwa YouTube.

Kuva ico gihe kugeza n’ubu ntayindi ndirimbo irasohoka mu karere ka Afrika y’ubuseruko ngo ikwize abantu umuriyoni bayoraba mu masaha atarenze umunani.

63530cookie-checkBongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo
Previous articleOfficiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin
Next articleSoprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.