Abakinyi 10 muri 13 bagiye guserukira Uburundi munkino z’isi yose za handball muri Croatie...
Urukino rwari guhuza umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka cumi n'icenda w'Uburundi na Bahreïn ntirukibaye !
Mw'ikete ishirahamwe riraba urukino rwa Handball kw'isi ryandikiye amashirahamwe...
Marioo akezwa na Kajala
Inyuma yo gushir'ahabona indirimbo yiwe nshasha ifise n'amasanamu Sing, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Marioo yakejwe na Kajala Frida.
Nk'uko biri ku rubuga rwiwe...
Burundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.
Umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka icumi n'icenda uhejeje gutsindwa na Reta zunze ubumwe za Amerika 🇺🇸 ibitsindo 33 kuri 26 mu nkino z'igikombe...
Burundi : « Akanoti » Indirimbo Nshasha ya D-One igiye kuja kumugaragaro
Umuririmvyi akunzwe cane muri kino gihe D-one yemereye abakunzi biwe indirimbo nshasha. Iyo ndirimbo izoshirwa ahabona kumunsi wakane igenekerezo rya 10 Myandagaro,ikaba izoba yitwa...
Natacha Burundi : “Urugendo rwanje rwagenze Neza cane”
Kur'uyu wa 06/08/2023 niho Natacha NGENDABANKA ( Natacha Burundi ) yashika Ku kibuga c'indege Ca Bujumbura citiriwe Melchior NDADAYE, Aho yaratahutse avuye mu Gihugu...
Ebadass Dhozen yagarutse n’indirimbo nshasha
Umuririmvyi yatahukanye ihiganwa rya Izere Award mu mwaka uheze, Ebadass Dhozen yashizw'ahabona kur'uyu wa 4 Myandagaro indirimbo yiwe nshasha.
Hatuowi niryo zina ry'iyo ndirimbo yafashanije...
Impano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge
Intara ya Rumonge ibandanya yunguka abaririmvyi bashasha ba Gospel. Alex na Alphonse bashiz'ahabona indirimbo yabo yambere yo guhimbaz'Imana. Mu kiganiro na Zabuja, Abo baririmvyi...
Indirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa
Inam'igenzur'ibikorwa mvabwonko BASATA (Baraza la Sanaa nchini Tanzania) ishobora guhagarika indirimbo AMKENI yashizw'ahabona kur'uyu wa 26 Mukakaro n'umuririmvyi Nay wa Mitego wo mu gihugu...
Kenya : Kidum aramesha igiteramo.
Abicishije kuri compte yiwe ya Facebook, umuririmvyi mpuzamakungu akomoka mu Bururundi Nimbona jean pierre Kidum kibido ahejeje kumenyeshako afise igiteramo muri rino joro.
Ico giteramo...
AMKENI
Imbere y'umutaga w'uyu wa 26 Mukakaro, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Nay wa Mitego yashize ahabona indirimbo nshasha yitwa AMKENI. Iyo ndirimbo iriko...