Home IMYIDAGADURO Natacha Burundi : “Urugendo rwanje rwagenze Neza cane”

Natacha Burundi : “Urugendo rwanje rwagenze Neza cane”

0
468

Kur’uyu wa 06/08/2023 niho Natacha NGENDABANKA ( Natacha Burundi ) yashika Ku kibuga c’indege Ca Bujumbura citiriwe Melchior NDADAYE, Aho yaratahutse avuye mu Gihugu c’ubutariyano.

Natacha yagize ati : Urugendo rwanje rwagenze Neza cane Aho nashoboye guca no mu Gihugu c’ubufaransa ndetse n’ahandi, nkaba nararonse akaryo ko kubonana N’abandi baririmvyi batandukanye, Ibikorwa biri imbiri ni vyinshi kandi biraje “.

https://www.youtube.com/watch?v=kNc3jSMr11c

66690cookie-checkNatacha Burundi : “Urugendo rwanje rwagenze Neza cane”