Home ENTERTAINMENT Ebadass Dhozen yagarutse n’indirimbo nshasha

Ebadass Dhozen yagarutse n’indirimbo nshasha

260
0

Umuririmvyi yatahukanye ihiganwa rya Izere Award mu mwaka uheze, Ebadass Dhozen yashizw’ahabona kur’uyu wa 4 Myandagaro indirimbo yiwe nshasha.

Hatuowi niryo zina ry’iyo ndirimbo yafashanije na Kamanda Mkuu 4 G. Aganira na Zabuja.com, Ebadass Dhozen yagiz’ati:” Abakunzi banje bitege ibishasha vyinshi”.

Hatuowi n’indirimbo irimwo ahanini ivyiyumviro bifatiye ku buzima bugoye n’ubuhemu bugaragara mu rukundo mur’iki gihe ca none.

Ebadass Dhozen asanzwe ar’umwe mu baririmvyi bakora bigashimwa mu ntara ya Rumonge.

66570cookie-checkEbadass Dhozen yagarutse n’indirimbo nshasha
Previous articleMUSIC AUDIO : Mr champagne ft Emery Sun, Mkombozi & Kingorongoro – Cherie Coco Remix
Next articleNatacha Burundi : “Urugendo rwanje rwagenze Neza cane”