Sunday, February 23, 2025

Primus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.

Inyuma y'imisi itari mike bari mu karuhuko,kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 18 Myandagaro 2023,inkino z'ihiganwa rikuru ry'umupila w'amaguru mu Burundi ziratangura icese. Burundi Sports...

Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.

Urutonde rw'abakinyi 37, umumenyereza Etienne Ndayiragije yahamagaye mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel, mu ntumbero yo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Cameroun...

Kidum ngo yoba yicuza kuba ari umuririmvyi.

0
Ivyo Nimbona jean pierre amenyeka cane ku mazina ya kidumu kibido , yavyanditse abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook kuri uyu wa kabiri. ubwo butumwa bugufi...

Bain Turo ariyamiriza abariko bamucafuza.

0
Umuririmvyi Bain Turo amaze imisi ariko arakora neza mumuziki wiwe,yahisemwo kuva mugacerere yiyamiriza abamucafpuza babicishije kw'isanamu yiwe, iriko izunguruka kumbuga ngurukana bumenyi yerekana Bain...

Big Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB

Kubatamuzi ni Landry SB n'umuhinyanyuzi w'amasanamu (Dir clip vidéo) atavyorosha nagato, ni Director amaze gukora vidéo nyinshi zabaririnvyi batanduka ahotwovuga iza Don Bright iza...

Abahagarikizi 16 b’abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA

0
Abahagarikizi 16 b'abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA rifadikanije n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bararonkejwe certificat kuri uyu wa...

Umuririmvyi Kirikou akili agizwe umuserukizi mukuru w’ibikigwa vy’ishirahamwe “Jaguar travel & tour”

0
Uyo muririmvyi yasinye amasezerano n'iryoshirahamwe ryunguruza abantu mundege,Kuri uyu wa 10 myandagaro 2023  yiyemeza kuzomenyekanisha ibikorwa vyaryo nkuko biri mumasezerano yasinye n'ubuyobozi bw'iryo shirahamwe. Umuyobozi...

Abaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley

0
Abaririmvyi bo kumugabane w'Afrika nka Tiwa Savage, Patoranking, Rema n'abandi...biyemeje gusubiramwo indirimbo za Bob Marley. Abo bose baturuka mugihugu ca Nigeria. Bifadikanije n'abagenzi babo bagiye...

Harategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.

0
Abamenyeshamakuru b'inkino mu gihugu c'Uburundi bazokina urukino rwa kivandimwe n'abamenyeshamakuru b'inkino bo mu gihugu c'Urwanda Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Myandagaro Ku...

Bongo : Kajala na Harmonize barushirizaho guteran’amajambo.

Babicishije ku mbuga ngurukanabumenyi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Harmonize n'uwahoze ar'umukunzi we Kajala Frida babandanya kwiyambur'agashambara mu guteran'amajambo inyuma yo gutandukana. Inkabuzo y'ukwo...
Google search engine

Recent Posts