Home ENTERTAINMENT Harategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.

Harategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.

201
0

Abamenyeshamakuru b’inkino mu gihugu c’Uburundi bazokina urukino rwa kivandimwe n’abamenyeshamakuru b’inkino bo mu gihugu c’Urwanda Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Myandagaro Ku kibuga CTN Kiri mu Ngagara mu gisagara ca Bujumbura igihe c’isaha zine(10h).Ntamahera azotangishwa mu kwinjira kuraba urwo rukino.

Tukabibutsa ko abamenyeshamakuru b’inkino bo mu Burundi baheruka gukina na bagenzi babo bo mukarere ka Sud-Kivu muri Republika iharanira intwari rusangi ya Congo Kuri ico kibuga nyene Aho batsinzwe ibitsindo 3 Kuri 2

67320cookie-checkHarategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.
Previous articleVideo zabuja tv : Karabobanye / Ligue ya Mpira wa Kibamba Rumonge
Next articleAbaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley