Home ENTERTAINMENT Abaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley

Abaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley

307
0

Abaririmvyi bo kumugabane w’Afrika nka Tiwa Savage, Patoranking, Rema n’abandi…biyemeje gusubiramwo indirimbo za Bob Marley.

Abo bose baturuka mugihugu ca Nigeria. Bifadikanije n’abagenzi babo bagiye gukora indirimbo  10 ziri muri album “Afrika unite” z’umugabo yamamaye mumuziki wa Regea.

Indirimbo za Bob ziri muriyo album igiye gusohoka ,harimwo “waiting in vain” irimwo umuririmvyi tiwasavage, “stir it up”irimwo sarkodie wo muri ghana Na “three little birds “irimwo Teni Na oxlade baturuka mugihugu ca Nigeria.

Umwami wa Regae   Robert Nista Marley n’umunya jamaika. Yitavy’Imana muri Rusama 1981.

Raba niyi video : Karabobanye / Ligue ya Mpira wa Kibamba Rumonge
67390cookie-checkAbaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley
Previous articleHarategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.
Next articleUmuririmvyi Kirikou akili agizwe umuserukizi mukuru w’ibikigwa vy’ishirahamwe “Jaguar travel & tour”