Home ENTERTAINMENT Bain Turo ariyamiriza abariko bamucafuza.

Bain Turo ariyamiriza abariko bamucafuza.

221
0

Umuririmvyi Bain Turo amaze imisi ariko arakora neza mumuziki wiwe,yahisemwo kuva mugacerere yiyamiriza abamucafpuza babicishije kw’isanamu yiwe, iriko izunguruka kumbuga ngurukana bumenyi yerekana Bain Turo arigusa.

Bain Turo abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook yerekana iyo sanamu iriko ikwiragwizwa kumbuga ngurukana bumenyi,ati: “ Iyo foto mubona si jewe (@bain turo). Tukagirako dusaba ibambazi kubo vyatsitaje! Murakoze!.

Ivyo akaba yavyanditse kurubuga gwiwe kumugoroba wokuruyu wambere.

67650cookie-checkBain Turo ariyamiriza abariko bamucafuza.
Previous articleMugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine z’ijoro.
Next articleNew Video : Big fizzo – Superman