Home NEWS Mugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine...

Mugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine z’ijoro.

230
0

Nkuko birimungigo ya fashwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura ngo mu gisagara ca Bujumbura kuva ku munsi wa mbere gushika ku wa kane nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine (22h00)  z’ijoro na ho Ku munsi wa gatanu gushika ku wa Mungu umuziki uzovuzwa gushika isaha zitanu (23h00)  z’ijoro.

Ivyo bikaba biri mu ngingo zafashwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, mu nama yakoranye kuri uyu wa 14 Myandagaro n’abajejwe intwaro n’umutekano mu gisagara ca Bujumbura.

67610cookie-checkMugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine z’ijoro.
Previous articleBig Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB
Next articleBain Turo ariyamiriza abariko bamucafuza.