Home ENTERTAINMENT Big Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB

Big Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB

220
0

Kubatamuzi ni Landry SB n’umuhinyanyuzi w’amasanamu (Dir clip vidéo) atavyorosha nagato, ni Director amaze gukora vidéo nyinshi zabaririnvyi batanduka ahotwovuga iza Don Bright iza D-ONE 257 n’abandi benshi batandukanye nama hit songs menshi.

Ni Big Fizzo yabonye touch yiwe arayishima ahitamwo ko yomukorera ama clips aho yahereye kuri NDABIZI asubira NGANGARI; kumusi w’ejo 8h hitezwe iyindi ndirimbo ya bigfizzo yakozwe na Landry Sb indirimbo “SUPERMAN” n’indirimbo yamaze gukundwa itarashika kuri YouTube na vidéo.

kumusi w’ejo nukuyihunda ama views nukuyikorera partage nyinshi igere kure hashoboka.

67580cookie-checkBig Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB
Previous articleAbahagarikizi 16 b’abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA
Next articleMugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine z’ijoro.