Tuesday, February 25, 2025

Mu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.

0
Ivyo vyashikirijwi n´umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo amasoko ntanganguvu kuri uyu wagatanu mukiganiro c´abashikiranganji bagize Leta y´uburundi. Kubwa Ibrahim UWIZEYE  icikagurika ry´umuyagankuba ngo riva ku mihora...

Burundi : ubwato MVGLC3 bwashikiye kukivuko ca Bujumbura

0
Ubwato butwara ibidandazwa bingana n'itoni 2000 , kuruyu wakabiri bwakiriwe kukivuko ca Bujumbura .Bwaje bwikoreye ibikoresho vy'ibanze bingana amatoni 1700 vyitwa "clinker"bakoresha muguhingura I...

Burundi : Igisata c’umuyagankuba kigiye gutunganywa gushasha.

0
Biri mucegeranyo co kuruyu wa 27 Nyakanga 2023,c'inama nshikiranganji. Intumbero ni guhamagarira abanya mitahe bipfuza gushira imitahe yabo mur'ico gisata.Bimwe mubiri murico cegeranyo ni: Regiseo...

Ibihere (Punaise de lit)birateye umutima uhagaze abanyagihugu

0
Mugihugu c´ubufaransa abaserukira abanyagihugu hamwe n´abajejwe amagara y´abantu baratewe umutima uhagaze n´irwirirana ry´ibihere mubibanza bitandukanye nko mu ma Bus ,train,mumavuriro, muma shure nahandi. Nkuko vyandikwa...

Ishirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe

0
Nkuko biri murwandiko rw´ikigo ca Leta kijejwe kugenzura amashirahamwe vyogutegekeraniriza impanuka(assurance), ARCA mumpfunyapfunyo y´igifaransa, rwo kuri uyu 3/10/2023 rwibutsa abantu bose ko ishiramwe Ucar...

Ngozi: Habaye inkino za Judo zahuje imigwi itandukanye

0
Kuruyu w'Imana igenekerezo rya 1 gitugutu uno mwaka hatunganijwe ihiganwa mugisagara ca ngozi ku migwi ikina judo muriyo ntara. Harimwo imigwi yo mugipolisi Club...

Terefone ya The Ben yoba yibiwe mugiteramo i Bujumbura.

0
Wawundi ngo nta vyama vyera vyose, mu gihe bamwe bariko baratamba baryohewe hari abandi umunezero wabo wamaze akanya gato biturutse ko bikabakavye basanga terefone...

Tanzania yaronse umukaridinali.

0
Kur'uyu wa 30 Nyakanga, i Roma mu Butaliyano habaye ibirori vyo kwimika karidinali  Porotaze Rugambwa asanzwe yamuka mu gihugu kibanyi ca Tanzania, mu ntara...

Ibikorwa vyo kwubaka urugomero rwa Rusumo Falls bigeze ku bice 99.7%

0
 Kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Nyakanga, Ibrahim Uwizeye, Umushikirangaji muvyo ajejwe harimwo amasoko ntanganguvu  mu Burundi yishikiye ku rugomero rwa Rusumo, muri District...

Bongo : Diamond na Zuchu bashobora kuba batakirikumwe.

0
Ku rubuga ngurukanabumenyi rwa Instagram, umwe mubakurikirana umuririmvyi Zuchu wo mu gihugu ca Tanzania yashatse kumenya igituma Diamond aguma agaragarana na Tanasha wo muri...
Google search engine

Recent Posts