UMUPFAKAZI (The widow) ni film 3FAFILMS Bagiye gusira kumugaragaro
Abakinyi babarersi mu Burundi 3FAFILMS Bagiye gusohora ireresi UMUPFAKAZI (The widow) nkoko vyahgararagaye kumuga kurukana bumenyi zuyo mugwi bati :
Naho kubura urugo bibaho,haraho...
Sat B agaragaza imyiteguro yindirimbo yiwe shasha niki bombe
Umurirmvyi Sat B arerekanye ko ariko arategura indirimbo yiwe shasha akaba yabigaragaje kuri instagrammyiwe, nimugihe yaramaze imisi agaragara mundirimbo afasha abandi bararimvyi, agacerere ntikakiba...
Olegue aronka amasezerano na SAD kubera urukundo akunda Abana
Umuririmvyi Olegue abandanya yizegwa inyumayo gutahukana ikibanza ca 2 muri Tagata na Primustar, aho yahawe agashimwe k’imiliyoni 15 Ishirahamwe riharanira Agateka k’abana SAD (...
Yvan Muziki yagiriza Sony na Big Fizzo gushaka kumutwara ubuzima
Mu gice ca 2 c’ikiganiro Yvan Muziki yagiranye na Yago TV Show yo mu gihugu c’Urwanda, Yvan Muziki yagirije kumugaragaro umurirmvyi Big Fizzo na...
Francine NIYONSABA abandanya akora amateka
Mu minota 14, amasegonda 28 n'ivy'ijana vy'isegonda 98, Umurundikazi #FRANCINE NIYONSABA abaye uwa mbere ku metero 5000 mu gice ca nyuma ca Wanda Diamond...
Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )
Ishirahamwe Menya Media kuruyu wambere igenekerezo rya 06 Nyakanga 2021 kuri hotele Best Outlook yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique...
Kirikou Akili aciye bugufi mugushimira abafana biwe
S’ibinyegezwa aho mu Burundi beshi mubaririmvyi basuzugura abafana babo mukwiduza hejuru kwataco bamare ariko n’umuririmvyi Kirikou atakiri wawundi wo muri Bantu bwoy ko yahindutse...
Football :Umugwi PVP Buyenzi niwe watahukanye igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu
Kuruwu wagatandatu 14 Mukakaro 2021 rwabereye muntara ya Makamba kukibuga Nkurunziza Peace Park Complex niho habaye igice canyuma final y’igikombe c'Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu mukupira...
GOSPEL SHASHA | Stine Stella – Umutima | Download
Umuririmvyikazi Stine stella aririmbo indirombo zogutazira imana yashize kumugaragaro amasanamu y'indirimbo Umutima, ushobora kuyiraba aha.
https://www.youtube.com/watch?v=ZGKbdUxkFIo
Freema Boy Agiye Guheza Ici Kumateka y’Indirimbo Zibiri n’Abaririmvyi Batatu
Umuririmvyi Bien Freema Boy yashimye kubwira ukuri abakunzi biwe yuko vuba agihe gushira kumugaragaro indirimbo zibiri zizoba ari indirimbo zoguheza ici, Freema Boy ngo...