Home NEWS Football :Umugwi PVP Buyenzi niwe watahukanye igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu

Football :Umugwi PVP Buyenzi niwe watahukanye igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu

192
0

Kuruwu wagatandatu 14 Mukakaro 2021 rwabereye muntara ya Makamba kukibuga Nkurunziza Peace Park Complex niho habaye igice canyuma final y’igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu mukupira wamaguru mubigeme yahuza umugwi PVP Buyenzi na Fofila pF, ku ncuro ya mbere, catahukanywe na PVP_Buyenzi. Uwo murwi ukaba watsinze FoFila PF ibitsindo 4 kuri 2.

Umugwi PVP Buyenzi ukaba watahukanye igikombe ndetse uhabwa nagashimwe kama faranga angana ni Mirioni zibiri n’ibihumbi amajana atanu (2.500.000fbu), umugwi Fofila PF watahukanye ikibaza cakabiri waronkejwe agashimwe kimirioni ibiri ( 2.000.000fBU) mu gihe umugwi Equipe de l’Avenir  wabaye uwa gatatu wahawe agashimwe kumurioni umwe (1.500.000 fBU) wo mu ntara ya Ngozi.

Ugro rukino rukaba rwari rwatewe iteka na Nyenicubahiro Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, Angéline NDAYISHIMIYE, hamwe n’umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FF, Réverien NDIKURIYO.

10050cookie-checkFootball :Umugwi PVP Buyenzi niwe watahukanye igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu
Previous articleVIDEO SHAHSA | Wizking – Joro | Download
Next articleNtamuririmvyi wo muntara zarugura yatowe kuja mwihinganwa Tagata na Primustar

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here