Ntamuririmvyi wo muntara zarugura yatowe kuja mwihinganwa Tagata na Primustar

Ntamuririmvyi wo muntara zarugura yatowe kuja mwihinganwa Tagata na Primustar

19 août 2021 0 Par H. Mervis

Kur’uno wa gatatu igenekerezo rya 18 Myandagaro 2021, niho abaririmvyi 10 batowe muri 170 bari biyandikishije mw’ihiganwa rya Tagata na Primustar, berekanywe ku mugaragaro bongera barateramisha abakunzi babo biciye ku rubuga Facebook rwa Primus hamwe no ku bimenyeshamakuru bitandukanye vyari vyitabiriye iryo higanwa.

Abaririmvyi c’umi (10) batowe ni :

1. Olegue

2. Drama T

3. Esther Nish

4. B Face

5. Double jay

6. Berry Music

7. Andy Mwang

8.  Masterland

9. Bernice The Bell

10. Mona Walda

Bikaba vyagaragaye ko atamuririmvyi acaruka canke arangurira umwuga wokuririmba muntara zarugur.

Facebook Comments Box
10230cookie-checkNtamuririmvyi wo muntara zarugura yatowe kuja mwihinganwa Tagata na Primustar