Umuririmvyi Bien Freema Boy yashimye kubwira ukuri abakunzi biwe yuko vuba agihe gushira kumugaragaro indirimbo zibiri zizoba ari indirimbo zoguheza ici, Freema Boy ngo agiye gusohora indirimbo yakoranye n’umuririmvyi Olegue beshi bita Doct wawa sanii ubu bigaragara cane ko arikukivi mugufasha abandi bararimvyi mundirimbo zabo.

Iyindi ndirimbo ngo Freema Boy agiye gushira kumugaragaro n’indirimbo yakoranye na Bilimani Boy aribo Kirikou na Double jay bivugwako iyondirimbo bayikoze mugihe Double jay na Kirikou bari bakiri mu mugwi Bantu Bwoy.

Mukiganiro umuririmbyi Bien freema Boy ya kora na zabuja.com yavuzeko vuba azo menyesha isango aho azo zisohorera izondirimbo ziwe ndetse akaba yifurije abakunzi biwe uburuhuko bwiza kubari muburuhuko bw’ici.

 

 

Facebook Comments Box
9430cookie-checkFreema Boy Agiye Guheza Ici Kumateka y’Indirimbo Zibiri n’Abaririmvyi Batatu

By HAKIZA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *