VIDEO SHASHA | D-One – Waiting | Download

VIDEO SHASHA | D-One – Waiting | Download

5 août 2021 0 Par KAMIKAZI

Umurirmvyi akaba numu hinyanyuzi w’indirimbo zamajwi (audio) D-One yashize kumugaragara amasanamu y’indirimbo yiwe Waiting, ikaba ari indirimbo yiwe yambe yasohoye arinku umuririmvyi wa Iteka Music, wibuke ko D-One ya tanguye gusohora audio yiyo ndirimbo yiwe Waiting, irabe ngaha.

Facebook Comments Box
9515cookie-checkVIDEO SHASHA | D-One – Waiting | Download