GOSPEL : Stine Stella Ngo Vuba Agiye Gushira Kumugaragaro Indrimbo Iiwe Shasha “Mutima”

GOSPEL : Stine Stella Ngo Vuba Agiye Gushira Kumugaragaro Indrimbo Iiwe Shasha “Mutima”

4 August 2021 0 By KAMIKAZI

Umuririmvyi Stine Stella asazwe aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana go vuba agiye gushira kumugaragaro indrimbo yiwe shasha, nkoko yabigaragaje kuri instagram yiwe yerekanye neza ko iyo ndirimbo izoba ifise amasanamu kandi izoba yitwa MUTIMA kandi izoja kumugaragaro kuri chanel ya YouTube yiwe kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 06 Myandagaro 2021.

Wibuke ko Stine Stella asanze arimuri Ecole Technique Vocele  ndeste akaba aheruka gusohora indirimbo UMUTIMA hari igenekerezo rya 26 Ruhuhuma 2021 ikaba imaze kumvirizwa nabandu barenga 700 Views kuri chanel ya YouTube yiwe.

Umuririmvyi stine Stella 

Facebook Comments Box
9320cookie-checkGOSPEL : Stine Stella Ngo Vuba Agiye Gushira Kumugaragaro Indrimbo Iiwe Shasha “Mutima”