“Vyose ndabikesha mwebwe”
Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one,
yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube
Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe "Sitaki" imaze ukwezi kumwe...
Ikibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo
Ivyo vyashikirijwe na Jacques Bigirimina umuyobozi mukuru ajejwe igisata c,ingenzi m'ubushiranganji muvyo bujejwe harimwo Ingezi.
Uyo muyobozi ngo ntatahura igituma ico kibanza gihurumbirwa n'abarundi n'abanyamahanga...
Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.
Ubwo ni ubutumwa butangwa n'imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre .
Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n'umuziki ariko abiha intumbero yo...
Umwana yankwa niwe akura.
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki.
Uyo yaririmvye...
Ibikunze gushika gake umukaridinari yatawe mu mvuto
Sentare Mpanavyaha yo kwa Papa yaraciriye urubanza rwo gufungwa imyaka itanu n’igice, umu karidinare yagirizwa kunyuruza amafaranga ya Vatikano
Umutariyano Karidinare Angelo Becciu w’imyaka 75...
Indege ya Kenya Airways yananiwe no kurwa ihitamwo gusubira Nairobi
Iyo ndege ya Kenya Airways yashaka kugwa i Kigali mu masaha ya sambili mugitondo (8h Du Matin) kuri uyu w'imana 17 Kigarama mu kirere...
Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...
Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki.
Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...
Abandanya kwamamara.
Inyuma yo kuronka Nomination muma Awards nka Hiskool Awards HipiPo Music Awards hamwe na Isango na Music Awards umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yamaze kuronka nomination...
Uyu niwe Diamond Platnumz
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, nyina wa Diamond Platnumz, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania yashize ahabona ifoto y'umuhungu wiwe akiri muto aca...