Sunday, February 23, 2025

Cristiano Ronaldo agiye guh’indaro abateshejw’izabo na nyamugigima muri Maroc

0
Umukinyi rurangiranwa w'umupira w'amaguru Cristiano Ronaldo yatanze ihoteli yiwe ili mu gisagara ca Marrakech ngo yakirirwemwo abateshejw'izabo na nyamugigima yasegeshe igihugu ca Maroc mur'iyi...

Cardi B ati:”Eminem niwe citegererezo canje”

0
Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru, umuraperi wo mu gihugu ca Reta zunzubumwe za Amerika Cardi yemeje ku mugaragaro ko umiririmvyi wambere akunda ndetse afata nk'icotegererezo mu...

Tanzaniya : Uko bagaragara niko bategerezwa kuba bameze.

0
Bamwe mubatanguye gukwirikirana ibikorwa vya bamwe mubamenyesha makuru n'abakina amareresi mugihugu ca Tanzania bavugako hari abadasaza, bafatiye kukiringo bamaze bakora umyuga yabo. Batanga Akarorero k'umumenyesha...

USA : Sasha Obama arushirizaho gutangaza benshi

Sasha Obama, Umwe mu bana babiri b'abakobwa b'uwahoze ari umukuruwigohugu ca Leta zunzubumwe za Amerika Barack Obama, arushirizaho kuvugish'abantu benshi kw'isi nzima inyuma yo...

Natasha  azohiganwa muri Hiskool Award

0
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yatowe kuzohiganwa  n'abaririmvyi bibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe HISKOOL2023 AWARD mugihugu c'ubuganda. Uyo muririmvyikazi akaba ariwe murundi  wenyene  yashoboye gutorwa kuba muri...

Tanzania : Nay wa mitego yahagaritswe gukora ibiteramo.

0
Umuririmvyi Emmanuel Elibariki   azwi kw'izina rya Nay wa Mitego yugariwe n'urwego rujejwe gukurikirana impano mugihugu ca Tanzania(Basata) ,ko atazongera gukora igiteramo mur'ico gihugu bivuye...

Rumonge : Msamaria yoba agiye gushira ahabona indirimbo?

0
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook  uyo murimvyi asanzwe yamuka mugisagara ca Rumonge akaba yanditse ijambo "Ndaje".  Msamaria Danielo akaba amaze igihe kitari gito atarashira hanze...

Inyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.

0
Umuririmvyi Bain Turo ubwo aheruka kugira Media tours; aho yaciye mu bimenyeshamakuru bitandukanye . Akaba yariko amenyekanisha indirimbo yiwe nshasha SOMEBODY  kuma Radio asanzwe...

Umuziki ndundi uguma ukwiragira isi

0
Inyuba y'abaririmvi ba barundi bariko bakwiragira mubihugu biri k'umigabane itandukanye y'isi, Umuririmvyi Mugani Désiré izwi kw'izina rya Fizzo nawe ntiyasigaye inyuma. Big Fizzo Ategekanya gukora igiteramo...

Abaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.

0
Inyuma y´igiteramo yakoze mugihugu ca Suede, yagaraye ari muramwe mu mabarabara y´igisagara ca Guterborg. Ikigaragara n´ukwo abaririmvyi bu muziki ndundi bakunze cane kugaragara kumasanamu bari...
Google search engine

Recent Posts