Home ENTERTAINMENT Cardi B ati:”Eminem niwe citegererezo canje”

Cardi B ati:”Eminem niwe citegererezo canje”

187
0

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, umuraperi wo mu gihugu ca Reta zunzubumwe za Amerika Cardi yemeje ku mugaragaro ko umiririmvyi wambere akunda ndetse afata nk’icotegererezo mu muziki ari Eminem.

Cardi B yagiz’ati :”Umugabo wanje n’umuririmvyi ariko nagira ngo mvugish’ukuri. Umiririmvyi umwe nkunda ni Eminem.Sinzi nimba bizokunda ko dukoran’indirimbo ariko ndipfuza ko twohura nkamubwir’amaso muyandi ko ndamukunda. Ndabivuze ntary’umunwa imbere ya camera. Eminem ur’intwari; iyo ataba wewe benshi muritwe ntaho twari kwishikana mumuziki.”

Mu gihe Eminem yamenyekanye cane ku ndirimbo yiwe Not afraid, Cardi B nawe yamenyekanye cane mu ndirimbo nka Press na No limit afasha G Eazy. Yubakanye n’umuraperi nkawe Offset.­

69080cookie-checkCardi B ati:”Eminem niwe citegererezo canje”
Previous articleTanzaniya : Uko bagaragara niko bategerezwa kuba bameze.
Next articleCristiano Ronaldo agiye guh’indaro abateshejw’izabo na nyamugigima muri Maroc