Home ENTERTAINMENT Rumonge : Msamaria yoba agiye gushira ahabona indirimbo?

Rumonge : Msamaria yoba agiye gushira ahabona indirimbo?

240
0

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook  uyo murimvyi asanzwe yamuka mugisagara ca Rumonge akaba yanditse ijambo “Ndaje”.

 Msamaria Danielo akaba amaze igihe kitari gito atarashira hanze indirimbo nshasha kuko indirimbo yiwe yanyuma ari indirimbo Toto Town imaze umwaka urenga isohotse , gushika ubu ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga ibihumbi cumi nabibiri ( 12.000 Vues). kumbure koba ari akaryo ko kumenyesha abakunzi biwe ko yoba ariko yitegurira gusohora indirimbo.

68830cookie-checkRumonge : Msamaria yoba agiye gushira ahabona indirimbo?
Previous articleNew Video : DJ Phil Peter Ft Drama T & Daddy Andre – Cakula
Next articleTanzania : Nay wa mitego yahagaritswe gukora ibiteramo.