Bongo : Z Anto na Jay Melody bava ind’imwe.
Z Anto na Jay Melody n'abaririmvyi bo mu gihugu ca Tanzania. Ku bakurikirana umuziki wa Bongo Flavor ntankeka baribuka indirimbo Binti kiziwi. Iyi n'indirimbo...
SAT-B ngo yoba ariko arazamura urwaruka ruri hafi yiwe.
Umuririmvyi wo muri Buja music Sat-B ngo yoba yatanze amafaranga y'amarundi agera ku miliyoni 25 ku rwaruka rumuri hafi muri timu Satura kugirango gwiyungunganye.
Nk'uko...
“Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b
Nkuko biboneka mumajambo Uyo muririmvyi yanditse kuruhome rw´urubuga rwiwe kuri uyu w´Imana. Sat-b agira ati:
"N’ukwo KAZOVIYO atakera utwiwe agana i Burayi kurondera ubuzima inyuma...
Fortran Bigirimana atagekanya gukora ibiteramo 3 muri Canada
Nk´uko bigaragara ku capa( Affiche) Uyo aririmba indirimbo z´Imana Gospel, azokorera ivyo biteramo mu bisagara 3 bitandukanye no kumagenekerezo atandukanye.
Igiteramo cambere kizobera mu gisagara...
Kwonsa umugabo wanje kurushirizaho kutunywanisha
Rachel Bailey w'imyaka 30 aba i Florida muri Reta zunzubumwe za Amerika yemezako yonsa umugabo wiwe.
Nk'uko yabitangarije ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye mu ntango z'ino...
Umubabaro muri benentare inyuma yogusezererwa n´intare.
Umwe mubatihanganiye kugaragaza akababaro ni umuririmvyi Nzeyimana batazira Mkombozi.
Mubutumwa kurubuga rwiwe rwa facebook yagize ati:"Nari niteze gusekura none naraye nsekuwe".
Murubwo butumwa uyo murimvyi arashima...
Intamba zigatsinda, umukinyi umwe ahabwa imiliyoni 15
Ayo n'amwe mu makuru ava muburongozi bw'ishirahamwe ry'Umupira w'amaguru FFB, muntumbero yo guter'intege abakinyi.
Alexandre Muyungu umuyobozi w'iryo shirahamwe ati :"Nka hamwe Uburundi bworonka uburenganzira...
Sport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire
Kuruyu wakabiri 12 Nyakanga umugwi nserukiragihugu w'uburundi Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n'intambwe zitingingwa za Cameron mu rukino rwanyuma rwo kurondera itike yo kuzokwitabira...
Ibiteramo mu Rumonge birabandanya
Inyuma ya Olegue aheruka gukor'igiteramo mu gisagara ca Magara, komine Bugarama y'intara ya Rumonge, umuririmvyi MB Data nawe ati natanzwe.
Data agiye gukor'igiteramo mu gisagara...
Diamond Platnamuz abandanya akora ibitangaza mu muziki.
Umuririmvyi Abdul Naseeb juma yamenyekanye ku mazina y´umuziki nka Diamond platnumz yaraye akoze ibisa n´ibitangaza mugiteramo wasafi Festival 2023 cariko kibera mugihugu ca Tanzania...