Home ENTERTAINMENT “Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b

“Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b

259
0

Nkuko biboneka mumajambo Uyo muririmvyi yanditse kuruhome rw´urubuga rwiwe kuri uyu w´Imana. Sat-b agira ati:
“N’ukwo KAZOVIYO atakera utwiwe agana i Burayi kurondera ubuzima inyuma yokwimwa akazi kandi agashoboye !”

Abandanya agira ati:
“Ibice vyinshi vy’abanya Afrika tubona ko Ubuzima buri I Buraya, bivanye n’ubuzima butaba bworoshe.
Ico si ikibazo kuberako hari abaronkera kukaduga, n’abandi kukamanuko.
Kimwe co hamwe twogwana nogukura ibihugu vyacu
Mu bukene,nko kwihangira imirimo, Kuriha amakori hamwe N’Uburongozi bwiza, vyoshoboka cane urunganwe ruza kuzobaho ubuzima twe tutabayemwo.”

69810cookie-check“Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b
Previous articleNew Gospel : Keke kevine – Wuzuy’ubuntu
Next articleSAT-B ngo yoba ariko arazamura urwaruka ruri hafi yiwe.