Home ENTERTAINMENT Intamba zigatsinda, umukinyi umwe ahabwa imiliyoni 15

Intamba zigatsinda, umukinyi umwe ahabwa imiliyoni 15

196
0

Ayo n’amwe mu makuru ava muburongozi bw’ishirahamwe ry’Umupira w’amaguru FFB, muntumbero yo guter’intege abakinyi.

Alexandre Muyungu umuyobozi w’iryo shirahamwe ati :”Nka hamwe Uburundi bworonka uburenganzira bwo kuja muri CAN2023, umukinyi umwe umwe aca ahabwa imiliyoni 15 z’amafaranga y’amarundi”.

Nimugihe k’urundi ruhande, capitain wa Cameroun yishimiye kubona bazokinira iwabo. Vincent Aboubacar ati igikenewe kuriy twebwe kuba qualifier.

Mwomenyako ryo ba ribaye irya kabiri Uburundi bugiye muri CAN hamwe bwotsinda urukino ruhuza kuruyu wakabiri igenekereza rya 12 nyakanga 2023,Umugwi w’igihugu c’Uburundi na Cameroun.

69410cookie-checkIntamba zigatsinda, umukinyi umwe ahabwa imiliyoni 15
Previous articleMusic Audio : Uncle b mwami Classic ft DYD Umuranga – Merida
Next articleUmubabaro muri benentare inyuma yogusezererwa nĀ“intare.