Qatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022
Ishirahamwe Budweiser aribo abafatanya bikogwa wi gikombe c’isi 2022, risabwa ko bokwimura amaduka yabo yi nzoga bari bamaze gushira hanze iruhande y’ibibuga vy’umupira wamaguru...
Kampala : Les mots santimental de Chanteur Uganda Sheebah Karundi après son anniversaire
Après avoir fêté leur anniversaire ce vandredi le 11 Novembre 2022, Sheebah Karungu à remercier les amis pour les soutient en célébrant ensemble son...
Abanyamuzi ndundi 12 nibo bitabiriye ihiganwa ryiswe Visafor Music mu gihugu ca Maroc.
Kuruya wambere igenekerezo rya 14 Munyonyo 2022, abaririmvyi Andy, Big Fizzo, Masterland, Mwag, Falasha n’abandi bafashe urugendo bagana mu hisaga ca Rabata ni mugihugu...
Narindahakumbuye Iwacu amajambo Ya Eden BANGA inyuma yogutahuka mu Burundi
Umuririmvyikazi asanzwe aririmba indiimbo zo guhimbaza Imana Eden BANGA yaraye agaruste mu giihugu c'uburundi kuruyu wambere ingenekerezo rya 07 Munyonyo 2022 aho n'inyuma y'igihe...
Beshi ntiba menya gukukoresha ivyiyumviro vyabo amajambo ya Sat-B
Umuririmvyi Sat-B yavuze amajambo yakome kubuzima bw'umuntu mu gutanga impanuro kubantu bibaza ko ubuzi arihiganwa ngo iyaba ari ihiganwa twe twari kuba twarashitse kwihangiro,...
Ngiyi Indirimbo yanje Nshasha “RIRIMBA’ Amajambo ya Sasa Sandra
Kucuro yambere umuririmvyikazi aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana arizo Gospel Sasa Sandra yagaragaje ko vuba agiye gosohora indirimbo yiwe yambere Nshasha izoba yitwa RIRIMBA, ivyo...
INSTAGRAM : Amajambo ya Berry Music kuri Meili
Umwanditsi windirimbo Melana ariwe Umuhanzi Berry Music vyanse ko yihagana kubikogwa vy'umurivyikazi bigaragara neza kumurikigihe ariko arakora neza Meili, Berry Music akaba yashimye cane...
PHOTO : Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma
Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma akaba atsindiye amafaranga imiriyoni zitatu(3.000.000Fbu) , icababa ciwe ca mbere(1ère Dauphine) ni Nahimana Diessny...
FILM : Umuririmvyikazi Tiland mwireresi INZIRA YANJE
Vyamaze kugaragara ko umuririmvyikazi Tiland imvukira yo muntara ya Rumonge ko azoba ari mubakinyi bakinye ireresi INZIRA YANJE ni film igiye gusohoka kuruyu wakane...