Home ENTERTAINMENT INSTAGRAM : Amajambo ya Berry Music kuri Meili

INSTAGRAM : Amajambo ya Berry Music kuri Meili

205
0

Umwanditsi windirimbo Melana ariwe Umuhanzi Berry Music vyanse ko yihagana kubikogwa vy’umurivyikazi bigaragara neza kumurikigihe ariko arakora neza Meili, Berry Music akaba yashimye cane ibikogwa vya Meili mbere akaba yemeza neza ko afise impano idasazwe nakazoza keza mu muziki ndundi.

Aho yagize ati : iranryohera kubona uyu musi Dufise abigeme baririmba neza benshi kandi bakora neza
Nibaza ko bakwiye gushigikirwa Kuko barashoboye cane @meiliofficial_ numwe muribo Kandi ariko arakora cane Courage à elle.

Ivyo Berry Music akaba yavyanditse kuru buga gwiwe gwa instagram kumugoroba wo kuruyu wa gatandatu.

Umuririmvyikazi Meili

38161cookie-checkINSTAGRAM : Amajambo ya Berry Music kuri Meili
Previous articleVIDEO NSHASHA | Bechou Bebe – Yohana | Download
Next articleAUDIO | Gn Nephew – Mi Amor | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here