PHOTO : Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma

PHOTO : Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma

29 octobre 2022 0 Par H. Mervis
Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma  akaba atsindiye amafaranga imiriyoni zitatu(3.000.000Fbu) , icababa ciwe ca mbere(1ère Dauphine) ni Nahimana Diessny atsindiye imiriyoni zibiri(2.000.000Fbu), icababa ca kabiri (2ème Dauphine) ni Ingabire Ella Eidra nawe atsindiye umuriyoni(1.000.000Fbu). Nayo uwutahukanye agashimwe k’umwigeme yamenyekanye cane (Miss Populaire) ni Irishura Genissa nawe akaba atsindiye ibihumbi amajana atanu (500.000Fbu)
Ubwo bushimwe bwose batsindiye buzoshikirizwa icese ababutsindiye na Buramatari w’intara ya Gitega ubwiwe kugira ivyabaye mu mwaka uheze ntibisubire.
Mwomenyako abigeme baserukizi ba Miss  Ngoma hamwe na Miss Kayanza bari baje gushigikira batoyi babo.
Facebook Comments Box
37670cookie-checkPHOTO : Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma