Home ENTERTAINMENT Abanyamuzi ndundi 12 nibo bitabiriye ihiganwa ryiswe Visafor Music mu gihugu...

Abanyamuzi ndundi 12 nibo bitabiriye ihiganwa ryiswe Visafor Music mu gihugu ca Maroc.

160
0

Kuruya wambere igenekerezo rya 14 Munyonyo 2022, abaririmvyi Andy, Big Fizzo, Masterland, Mwag, Falasha n’abandi bafashe urugendo bagana mu hisaga ca Rabata ni mugihugu ca Maroc, ahazobera is bukuru ryisse Vis For Music , rikazotangura kuva Kuwa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo hushika itariki 19 Munyonyo 2022, abo banyaluziki bakaba babifashijemwo na Pasacc-Bu.

Umuhura bikorwa muri Pasacc-Bu HAVYARIMANA Renovat, yamenyeshuje ko abanya muziki bazoronka akaryo keza kokuguhara no kumenyana nanandi banyamuziki bo mu karere ka Afrika bakazo narokanakaryo kokumenya ivyo batari bazi.

39880cookie-checkAbanyamuzi ndundi 12 nibo bitabiriye ihiganwa ryiswe Visafor Music mu gihugu ca Maroc.
Previous articleNarindahakumbuye Iwacu amajambo Ya Eden BANGA inyuma yogutahuka mu Burundi
Next articleKampala : Les mots santimental de Chanteur Uganda Sheebah Karundi après son anniversaire

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here