CategoryENTERTAINMENT
Narindahakumbuye Iwacu amajambo Ya Eden BANGA inyuma yogutahuka mu Burundi
8 November 2022 0 By H. MervisUmuririmvyikazi asanzwe aririmba indiimbo zo guhimbaza Imana Eden BANGA yaraye agaruste mu giihugu c’uburundi kuruyu wambere ingenekerezo rya 07 Munyonyo 2022 aho n’inyuma y’igihe kitari gito yaramaze mu gihugu kibanyi c’Urwanda, Eden BANGA yagiye mugihugu c’Urwanda munyigisho za OVER FLOW 2022.
Eden BANG agarutse gufasha bagenzi biwe b’abririmvyi barikumwe muri Label Amashimwe Voice kubandanya bitegurira igiteramo kidasanzwe bazokora igenekerezo rya 04 Kigarama 2022 ivyo akaba ya bivugiye mukiganiro yakoranye n’abanditse n’abamenyesha makuru kuiubuga c’Indege igihe yashika.


Tukwibutse ko Eden BANG aherutse gusohora indrmbo ”Inkuru y’Urukundo” ibaba imaze imisi c;Imi nibiri gusa isohotse aho imaze kurabwa n’abantu barenga ibihumbi bitanu 5.000 vues.
https://www.youtube.com/watch?v=gsdHve3sjwk
Facebook Comments Box