Home ENTERTAINMENT FILM : Umuririmvyikazi Tiland mwireresi INZIRA YANJE

FILM : Umuririmvyikazi Tiland mwireresi INZIRA YANJE

235
0

Vyamaze kugaragara ko umuririmvyikazi Tiland imvukira yo muntara ya Rumonge ko azoba ari mubakinyi bakinye ireresi INZIRA YANJE ni film igiye gusohoka kuruyu wakane igenekerezo rya 20 Gitugutu 2022

Ico usabwa nuku Nyarukira kuba uragira Subscribe kuri you tube Channel Kercy Films muze mwibere abambere kuyiraba mudufashe partage mu kubimenyesha abandi biciye kuri statu zanyu nahandi hosee hashoboka.

VIDEO : NTA MPUNZU ZABAGORE JEWE NOMESA PE !!

36230cookie-checkFILM : Umuririmvyikazi Tiland mwireresi INZIRA YANJE
Previous articleAUDIO | H-beka – Pombe | DOWNLOAD
Next articleAUDIO | Akes Don ft Kirikou Akili – Vuumm | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here