Home ENTERTAINMENT Beshi ntiba menya gukukoresha ivyiyumviro vyabo amajambo ya Sat-B

Beshi ntiba menya gukukoresha ivyiyumviro vyabo amajambo ya Sat-B

226
0
Umuririmvyi Sat-B yavuze amajambo yakome kubuzima bw’umuntu mu gutanga impanuro kubantu bibaza ko ubuzi arihiganwa ngo iyaba ari ihiganwa twe twari kuba twarashitse kwihangiro, ivyo akaba yavyanditse kumbugaziwe aho yana shizeho ifoto yiwe ataraba umutsar aho ahari kuruyu wakabiri igenekerezo rya 01 Munyonyo 2022 kumusi mukuru wa beranda .
Sat-B ati : Mufise Imyaka Mufise Ariko Ntimuramenya gute mwokoresha ivyiyumviro vyanyu hamwe n’ibigumbagumba (Ama sentiment yanyu…?)
Turisanga kenshi mubihe usanga tutinezererewe tukagereranya ubushobozi bwacu, Ivyo tugezeko ndetse n’ubwiza dufise n’ubwabandi 
Ico twomenya iyo uravye ikintu uko kiri ivyo biba ari ivy’igiciro kinini cane. Ubuzima si ihiganwa kuko nimba ryari kuba ari ihiganwa ndabizi twese twari kuba twarashitse kwihangiro.
Kugira rero dushike kuco twipfuza nk’abantu, dutegerezwa kwigirira Icizere Bonne fête 

VIDEO :  Mzarawu kazi kufa masikini / kuuza mihogo (Maisha Ndohaya )

38711cookie-checkBeshi ntiba menya gukukoresha ivyiyumviro vyabo amajambo ya Sat-B
Previous articleAUDIO | Double Jay X Kirikou Akili – Urunani | DOWNLOAD
Next articleVIDEO NSHASHA | H-Bekah – Vimeumana | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here