Alvella Muhimbare aravuze impamvu film yiwe My Life Story partie 2 itarasohoka
Kuruyu wakabi mubakinyi b'amaretesi akongera akaba n'umuririmvyi aririmba indirimbo mpimbaza Mana ( Gospel) ariwe Alvella Muhimbare yavuye mugacerere kukwishura abakunzi bafilm yiwe bamaze imisi...
Abashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye kuruyu wagatatu
Kuruyuwa wagatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 Abashikiranganji ba Reta y'Uburundi bakoranye mu nama iriko ibera mu nyubakwa y'ingoro y'umukuru w'igihugu Ntare barongowe n'umushikiranganji...
Comedi : Ismael Gasore comedian akwiza 20k followers kuri Instagram
Umukinyi wa mareresi yatwenza mu Burundi Ismael Gasore comedian arashimira ababandanya bamukwirikirana kurubuga gwiwe instagram aho n'inyuma yuko ahejeje gukwiza aba followers ibihumbi mirongibiri...
Kigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay na Kirikou
Umuririmvyi wo mugihugu c'urwanda Bruce Melodie yari yarabivuyemwo gushigikira igikogwa ya koranye n'abaririmvyi Double Jay na Kirikou Akili mugu posta ku mbuga ziwe nkuko...
Buja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya Sata B
Umuririmvyi Sat B aheruka gusohoraAlbum Hello Afrika murikigihe iriko ira kundwa n’abantu hirwa nohino ugerenije ningene abantu bagenda barandika ama commentaire kumbuga ngururkana bumenyi...
DRC: Kifo Jumamosi hii cha msanii wa muziki Tshala Muana
Jamhuri ya Kidemokrasia ya Kongo iko katika maombolezo. Amepoteza ikoni ya muziki wa Kongo. Aliyepewa jina la utani "Mamu Nationale" alifariki alfajiri ya Jumamosi...
Rumonge : Ubudasa bwa G Star Music niyindi Migwi mu Burundi
Abaririmvyi Silver Boy na Oblack Og basanze bari mu mugwi G Star Music umaze imyaka itano utanguye ibikogwa vy'umuziki mu ntara ya Rumonge ,...
Mutoni Liesse yaraye yibarutse
Mutoni Liesse yigewe guhatanira igitsibo ca Miss Burundi 2021 aserukiye intara ya Kirundo yaraye yibarutse ikibaonye kuruyu wakane igenekerezo ryu 8 Kigarama 2022
Mutoni Liesse...
Akes Don ashimira cana umunya Rumonge ya mu camfye
Umuririmvyi akaba n'umumenyesha makuru Akes Don kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 6 Kigarama yaraye yerekanye ugusima mu bikogwa vy'umusore avuka muntara ya Rumonge umu...
5 Million kumugwi wambwere muri DANCE FOR PEACE TAMBIRA AMAHORO
Ni kuwagatanu igenekerezo rya 23 Kigarama 2022 munyubakwa za safi Beach aho ni mugisagara ca Bujumbura ihiganwa Dance for Peace Tambira amahoro igiye kubandanya...