Home ENTERTAINMENT Akes Don ashimira cana umunya Rumonge ya mu camfye

Akes Don ashimira cana umunya Rumonge ya mu camfye

231
0

Umuririmvyi akaba n’umumenyesha makuru Akes Don kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 6 Kigarama yaraye yerekanye ugusima mu bikogwa vy’umusore avuka muntara ya Rumonge umu camfyi karuhariwe Mkundwa Joe-Lux aho aheruka gucapa Akes Don.

Abicishije kumbuga ngurukana bumenyi ziwe Akes Don yashimiye cane Mkundwa Joe-Lux muku mucapa ndetse akaba yana hamagariye abarundi n’aburundikazi guhurumbira ibikogwa vy’uyo musore Mkundwa Joe-Lux no kusaba ko bomurondera bakamuha akazi.

Abakurambere barayamaze bati : Ntamuga udakiza atiri wokuroga, Mkundwa Joe-Lux  n’umurose bigara gara ko afise impano zikomeye.

  • Mkundwa Joe-Lux Artiste

Raba niyi video : Kombe la Dunia 2022 Qatar | Tuna kuna 1 Milion MAISHA NDO HAYA

44010cookie-checkAkes Don ashimira cana umunya Rumonge ya mu camfye
Previous articleVIDEO LYRICS | Olga lorie – Ramvura | Download
Next articleAUDIO | Sat- B – Love Me Back | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here