Home ENTERTAINMENT Buja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya...

Buja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya Sata B

401
0

Umuririmvyi Sat B aheruka gusohoraAlbum Hello Afrika murikigihe iriko ira kundwa n’abantu hirwa nohino ugerenije ningene abantu bagenda barandika ama commentaire kumbuga ngururkana bumenyi zitandukanye.

Ukwishima kubona ya raterereye inguvu mu migambi yaranguwe n’ama shirahama yagiye arakorana na Sat B, ivyo biri mubintu yishimiracane nkuko ya bigaragaje kumbuga ziwe kuruyu wa Kabiri, Sat B akaba yabandanije avuga ko azobabazwa cane mugihe azo kutama Imana atarubaka nishure narimwe canke ivuriro ati :

Nakoze vyinshi, Nderura Ama Projet Y’ama compagnie menshi, imyaka myinshi.
Ntanga inguvu nyinshi zitanga succes y’imigambi Myinshi y’abana babantu. Sintinya gupfa nkenye ntinya kuraga umwana wanje itongo, hakumuraga igihugu ciza Burundi, Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse ! Ehee Amarira y’umugabo.

Raba niyi video : D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE

45160cookie-checkBuja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya Sata B
Previous articleDRC: Kifo Jumamosi hii cha msanii wa muziki Tshala Muana
Next articleKigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay na Kirikou

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here