Home ENTERTAINMENT Kigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay...

Kigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay na Kirikou

251
0

Umuririmvyi wo mugihugu c’urwanda Bruce Melodie yari yarabivuyemwo gushigikira igikogwa ya koranye n’abaririmvyi Double Jay na Kirikou Akili mugu posta ku mbuga ziwe nkuko keshi abaririmvyi beshi babikora iyo bakoranye indirimbo bara ishigikira muku yereka abakunzi biwe kumbuga ziwe ko yakoranye n’uyundi indirimbo.

Bruce Melodie vyari vyanse ko aposta kumbuga ngurukana bumenyi ziwe kuko indirimbo Inzoga n’ibebi yakoranye na Double jay & Kirikou Akili imaze imisi mumani isohotse ikaba yagiye kumugaragaro hari igenekerezo rya 5 Kigarama 2022gushika ubu  ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 230.000 vues kuri Youtube.

Bruce Melodi kuruyu wakabiri akaba niho yashimyw kuyi posta kuri instagram na page ya facebook yiwe abwira abakunzi biwe ko hari igikogwa yakoranye n’abaririmvyi bo mu Burundi, beshi bakaba bibaza igituma ata bikoze hakirikare, ivyo bikaba bishobora kuba vyazanye ingarukambi kubarorerezi (Vues ) kuba bake kuriyo ndirimbo.

Ati : Nishimiye kubagezaho indirimbo nshya ya Double Jay & Kirikou Akili nanjye.

45230cookie-checkKigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay na Kirikou
Previous articleBuja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya Sata B
Next articleVIDEO VISUALIZER | Sai Saintly – Yote Mema | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here