Home ENTERTAINMENT Comedi : Ismael Gasore comedian akwiza 20k followers kuri Instagram

Comedi : Ismael Gasore comedian akwiza 20k followers kuri Instagram

257
0
Umukinyi wa mareresi yatwenza mu Burundi Ismael Gasore comedian arashimira ababandanya bamukwirikirana kurubuga gwiwe instagram aho n’inyuma yuko ahejeje gukwiza aba followers ibihumbi mirongibiri 20k followers kuri INSTAGRAM.
Tukwibutse ko murikigihe ni Ismael Gasore comedian abarizwa mugihugu c’urwanda aho hategekenijwe ko uyu musi aza guteramisha abanya kigari muri CARAVANEDURIRE.
45450cookie-checkComedi : Ismael Gasore comedian akwiza 20k followers kuri Instagram
Previous articleAUDIO | HC Brown Victaft ft Rena Musisika – Pardonne Moi | Download
Next articleAbashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye kuruyu wagatatu

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here