Blessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023
Umuririmvyi akiri muto Blessing Burundi avuka mu ntara ya Rumonge kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 niho yashira ku mugaragaro izina rw’indirimbo...
Real Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.
Amakuru dukesha Marca avuga ko Florentino Perez arongoye umugwi wa Real Madrid agiye gushikana muri uyo mugwi Abakinyi bakiri bato bavuye muri Atletico Madrid
Inyuma...
Mbappé mu nzira yo kuja mu mugwi wa Real Madrid
Amakuru azindutse avugwa cane k'umukinyi wa PSG Kylian Mbappé nuko umwanya n'umwanya ashobora kugurwa amafaranga atari make n'umugwi wa RealMadrid imbere y'igenekerezo rya 17...
“Ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho” – Sat B
Umuririmvyi sat B akaba ahejeje gushikiriza ubutumwa bukomeye kubantu bibaza ko ivyo bafise biva mumaboko y'abantu ati oya biva mumabokoyawe mwishaka no muma sengesho...
Ku mwaka umuryango w’umuririmvyi Barnaba ufungura amashilingi arenga gato umuliyoni
Aganira n'ikinyamakuru Fahari media, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Barnaba Classic yagize ati:" Umuliyoni n'amahera menshi cane kuri jewe bivanye n'ubuzima nakuriyemwo. Jewe...
Kylian Mbappé muri Real Madrid
Umukinyi w'igihangange Kylian Mbappé asanzwe akinira Paris Saint Germain yo mu gihugu c'ubufaransa birashoboka ko agiye kwerekeza i Madrid mu murwa mukuru wa Espagne.
Amakuru...
Intamba mu Rugamba muri CAN 2023
Inyuma yo gutsinda umurwi nserukiragihugu wa Namibie ibitsindo 3 kuri 2, umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba watahukanye amanota agera kur'atatu.
Urwo rukino rwabereye ku kibiga...
Kicheche mu Burundi
Umuhinga mu gutwenz'abantu (comédien) wo mu gihugu kibanyi ca Tanzanie agiye kwishikira i Bujumbura vuba.
Kicheche n'umwe mu bahinga mu gutwenza bagezweho mu karere ka...
Natacha mu gakino ubugira Kandi
Umuririmvyi w'umurindikazi Natacha La Boss yashize hanze indirimbo yiwe nshasha.
Lamgambo niryo zina ry'iyo ndirimbo ya Natacha isanzwe ifise n'amashusho.
Aha rero umuntu yokwibaza ati:" mbega...
Dar Salam : Roma, Stamina, kala Jeremiah na Nay wa Mitego nibo baririmvyi!
Inyuma y'indirimbo *Mimi ni nani?* ya Roma Mkatoliki, abakunzi b'umuziki mu karere ka Afrika y'ubuseruko barushirizaho kugaragaza ko abakora umuziki ari benshi ariko ababashika...