Home ENTERTAINMENT “Ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho” – Sat B

“Ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho” – Sat B

295
0
Umuririmvyi sat B akaba ahejeje gushikiriza ubutumwa bukomeye kubantu bibaza ko ivyo bafise biva mumaboko y’abantu ati oya biva mumabokoyawe mwishaka no muma sengesho :” 
Bwakeye neza ? Ejo nababwiye ko ngira mvuge nabi ! Hageze rero umva ijwi ry’ingunguru igaragara.
Nitwa Sat-B ndi umuririmvyi murundi. Mu Buzima no mu runganwe twarukiye rimwe mu muziki nagize amahigwe make cane ugereranije n’abo twarukanye.
Ndagusengera aho uri hose ugere ku ntego.
ndakumenyeshe ko vyose biva mu maboko yawe ntiwizere amahigwe cane ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho.
Ikindi nagira mvuge nabi nagira ndakumenyeshe ko iyo foto ubona ari imyimenyerezo y’igiteramo c’ejo kuri zone kinama (Marahaba Festival) kandi ko mfise igisasu kirimbuzi nzobatamwo murakoze !
Akira amashugwe yanyu”.
62940cookie-check“Ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho” – Sat B
Previous articleVIDEO NSHASHA | Ado Josan – Profita | DOWNLOAD
Next articleAUDIO | Uncle b mwami ft rumonge all stars – Ndumuhatari Remix | DOWNOAD