Home ENTERTAINMENT Real Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.

Real Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.

386
0

Amakuru dukesha  Marca avuga ko  Florentino Perez arongoye umugwi wa  Real Madrid agiye gushikana muri uyo mugwi Abakinyi bakiri bato bavuye muri  Atletico Madrid

Inyuma yo kugura Abakinyi ,Bellingham ,Garcia na Joselu . Abakinyi bakiri bato Ariel Nkhoge , Nacho , Jaime , Noath Pérez , Alamede na  Inego Fresco bagiye gushika muri Real Madrid bavuye muri Athletico Madrid.

https://www.youtube.com/watch?v=9FK3Ib85Db0&t=9s

63100cookie-checkReal Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.
Previous articleMbappé mu nzira yo kuja mu mugwi wa Real Madrid
Next articleBlessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023