Uganda : Inyuma y´umunsi umwe asohotse ibitaro yabonetse mu giteramo.
Jose Chameleone inyuma y´iminsi amagara amukitse ari mubitaro vyo muri Leta zunzwe ubumwe z´Amerika . Uyo azwi mundirimbo nka "valu valu" Yafashwe n’ingwara yo...
Yoba yibungenze umwana wa gatatu.
Uyo ni umuririmvyi Shakira. Inyuma yo kuvyarana abana babiri n'umukinyi w'umupila w'amaguru Gérard Piqué, ngo yoba yibungenze umwana agira gatatu.
Kylian Mbappé muri Cameroon
Umukinyi wa Paris Saint Germain mu gihugu c'ubufaransa Kylian Mbappé ari i Yaoundé ku murwa mukuru wa Cameroon kuva kur'uyu wa 6 Mukakaro mu...
Tanzania : Kajala ati :” Sinshobora gufuta tatouage ya Wema ku mubiri wanje”
Frida Kajala amenyesha ko yicuza kuba yaracafye ku mubiri wiwe tatouage y'uwahoze ari umukunzi we Harmonize; umuririmvyi rurangiranwa muri Bongo Music mu gihugu ca...
Yaraye ahawe amasezerano yo gukina mu mugwi wo mu gihugu c’Urwanda.
Umunyegori Ndikuriyo Patient yahora akina mu mugwi wa Bumamuru FC ari nawo watahukanye igikombe c'ihiganwa rikuru mu mupira w'amaguru mu Burundi yaraye ahawe amasezerano...
Cardi B na Rema ku meza imwe basangira imfungurwa.
Umuririmvyi wo muri Reta zunz'ubumwe za Amerika Cardi B hamwe n'umutambukanyi wiwe Offset bagaragaje akanyamuneza kadasanzawe basangira imfungurwa ku meza imwe n'umuririmvyi Rema wo...
Uganda : Umuirimvyi Chameleone arasaba ubufasha.
Uwo muririmvyi rurangiranwa avuka mugihugu ca Uganda Joseph Mayanja azwi kumazina Jose chameleone asaba ubufasha kugirango ashobore kuriha Milioni 370 z´amashilingi yo muri uganda...
Imiriyoni amajana abiri z’amanyabulaya kuri Kylian Mbappé ?
Amakuru ariko aravugwa ku mukinyi wa Paris Saint Germain Kylian Mbappé avuga ko uwurongoye uwo mugwi yamenyesheje kuri uyu wa gatatu ko uwo mukinyi...
Umuririmvyi Wa gospel Déborah Lukalu agiye gukora igiteramo muri côte d’ivoire.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram akoresheje vidéo, Déborah Yibukije abanya Abujan kwagiye kwongera kubonana nabo inyuma y'imyaka ibiri bateramanye mu mwaka wa 2021.
Uwo muririmvyi...
Umuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.
Umwe mubaririmvyi b'aba rappeur yagiye akundwa cane cane n'urwaruka, biturutse kumajambo yakoresha mundirimbo ziwe. Ayo akaba yakora k'ubuzima urwaruka rwaba ruriko ruracamwo icogihe.
Imwe mundirimbo...