Home ENTERTAINMENT Kylian Mbappé muri Cameroon

Kylian Mbappé muri Cameroon

338
0

Umukinyi wa Paris Saint Germain mu gihugu c’ubufaransa Kylian Mbappé ari i Yaoundé ku murwa mukuru wa Cameroon kuva kur’uyu wa 6 Mukakaro mu rugendo rw’imisi itatu.

Nk’uko bishirw’ahabona na bamwe mu begereye uyo mukinyi wa Paris Saint Germain, ngo intumbero y’urwo rugendo muri Cameroon n’ukurangura ibikorwa vyo gufasha.

Nk’uko bigaragarira ku mafoto yashize ahabona amaze gushika mu gisagara ca Yaoundé, Kylian Mbappé arishimiye guhonyoza ikirenge ku ncuro yambere mu gihugu c’amavuko ca se wiwe.

64620cookie-checkKylian Mbappé muri Cameroon
Previous articleTanzania : Kajala ati :” Sinshobora gufuta tatouage ya Wema ku mubiri wanje”
Next articleYoba yibungenze umwana wa gatatu.