Home ENTERTAINMENT Uganda : Inyuma y´umunsi umwe asohotse ibitaro yabonetse mu  giteramo.

Uganda : Inyuma y´umunsi umwe asohotse ibitaro yabonetse mu  giteramo.

281
0

Jose Chameleone  inyuma y´iminsi amagara amukitse ari mubitaro vyo muri Leta zunzwe ubumwe z´Amerika . Uyo azwi mundirimbo nka “valu valu” Yafashwe n’ingwara  yo munda ari muri USA aho yaragiye mubirori vy´umuhungu wiwe yararangije amashure.

Iyuma yokuboneka avuye mubitaro agira kugatebe kamapine, bukeye bwaho yanditse kurubuga rwiwe rwa Instagram ko bizomutwara umwanya kugira akire neza.

Bukeye bwaho akaba yatangaje abakunzi biwe aho yaboneka aramukanya n´abakunzi biwe mugiteramo “Afro Fest Toronto”.

64670cookie-checkUganda : Inyuma y´umunsi umwe asohotse ibitaro yabonetse mu  giteramo.
Previous articleYoba yibungenze umwana wa gatatu.
Next articleKylian Mbappé Lottin na Samuel Mbappé Léppé hoba harico bapfana?