Home ENTERTAINMENT Umuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.

Umuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.

384
0

Umwe mubaririmvyi b’aba rappeur yagiye akundwa cane cane n’urwaruka, biturutse kumajambo yakoresha mundirimbo ziwe. Ayo akaba yakora k’ubuzima urwaruka rwaba ruriko ruracamwo icogihe.

Imwe mundirimbo ziwe nka “NYIRABIRE” imaze aze imyaka 6 isohotse yamenyesheje Ko umuziki utazohera 19th (nayini tifu)agihari.
Nayo iyitwa “El capitaine” iraheza ikundwa kuruta izindi, bituma urwaruka rutari ruke rugira umuhamagaro wo kuririmba rap babifata nk’akaryo Ko gusohora ikiri mumitima yabo.

Abakunzi ba 19th bakaba bamwiteganye igishika cinshi Mu Burundi bamusaba Ko yonyaruka agakura akajagari Kari muri rap.

Mukamenya Ko agiye gukora ibiteramo mubihugu 6 Uburundi budasigaye inyuma, nkuko yabimenyesheje abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram.

64250cookie-checkUmuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.
Previous articleUmuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?
Next articleUmuririmvyi Wa gospel Déborah Lukalu agiye gukora igiteramo muri côte d’ivoire.