Home NEWS Umuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?

Umuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?

172
0

Inyuma y’igihe kitari gito ari mu mahanga kubandanya ivyigwa vya kaminuza,ni Tetero Laurette yigeze gutsindira primusic muri 2019 yasa n’uwahagaritse ibikorwa vy’umuziki aho bivugwa ko arico vyavuyeko.

Akaba aheruka kuronka urupapuro rw’umutsindo mu vyirwa vy’imigenderanire, bikavugwa ko afitiye bishasha abakunzi biwe.

Tukwibutse ko Tetero Laurette indirimbo yiwe yanyuma aherukirako gusohora ari indirimbo “INCUTI” gushika ubu imaze kurabwa n’Abantu barenga 17.000 (17k vues) ikababyara sohotse 29 nov. 2021.

64180cookie-checkUmuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?
Previous articleVital’O FC na Flambeau du Centre Aigle Noir niyo migwi igiye gukina urukino rwanyuma
Next articleUmuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.